×
INSIGURO YA QOR'ANI NTAGATIFU MU RURIMI RW'IKIRUNDI
Rundi

INSIGURO YA QOR'ANI NTAGATIFU MU RURIMI RW'IKIRUNDI

Amasomo: 1,266

Insobanuro

بيان معاني القرآن الكريم باللغة الكيروندية QOR'ANI NTAGATIFU, NI IGIKI Qor'ani ntagatifu, ni amajambo y'Imana Allah, Umubungabunzi Rurema w'ibiremwa vyose, Yayimanuriye uwahetuye Abavugishwamana n'Intumwa, Muhamadi (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah). Iyo Qor'ani yamanuwe kugira imenyeshe ibiremwa ihangiro ry'iremwa ryavyo, ibirongore ku bikorwa birimwo imvo z'uguhimbarwa kwavyo mu buzima bwo kw'isi no mu bw'inyuma yo gupfa, iheze ibirokore mu magorwa yamaho mu nyuma yo gupfa. Qor'ani ntagatifu rero, ni co Gitabu camanuwe mu nyuma mu Bitabu vyamanuwe n'Imana Allah, kugira ishimangire ukuri kuri muri vyo, yongere isubirize amabwirizwa yavyo mu gushinga ayandi. Qor'ani ntagatifu, ni icemezo n'igitangaro bizokwamaho, vyemeza ubutumwa bw'Intumwa y'Imana Muhamadi (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), Imana Allah Yahigishije abantu n'Amajini ko vyozana amajambo ameze nkayo, n'aho coba ari igisomwa kimwe gusa, biraheza birananirwa. Iminwe y'abahindagura amajambo, ntirashika aho yohindura na kimwe muri yo kuva aho imanuriwe. Haraheze rero ikiringo kirenga ibinjana 14 imanuwe, kira noneho izoguma ibungwabunzwe icungerewe n'ururimi rw'icarabu yamanuwemwo, aho Imana Allah ari Yo Yonyene Yishinze kuyicungera ngo ntivogerwe n'abayihindagura gushika ku musi w'iherezo. Qor'ani ntagatifu, ni ryo tegeko rya mbere ry'ubwislamu, ikaba n'ibwirizwa ngenderwako ryisungwa mu gutunganya ubuzima bwa kiremwa-muntu mu bihe vyose n'aho ari ho hose; irarikira abantu ukwiyeregereza Imana Allah mu kuyisenga Itabangikanijwe na kimwe, kuko ari Yo Yonyene Rurema; igatomorera kiremwa-muntu ico cose akeneye kumenya ku vyerekeye Imana Rurema Allah, hamwe n'idini ry'ukuri ico kiremwa gitegerezwa gukurikira, kinamenye n'intango y'iremwa ry'isi n'ijuru n'ibiri muri vyo, hatibagiwe iremwa ry'umuntu. Iranavuga ku vyerekeye ibinyegejwe ibiremwa, muri kahise no muri kazoza, ku vyererekeye kahise n'amateka y'Abavugishwamana (ba nyakugira amahoro y'Imana Allah), ukuntu Imana Allah Yabateye ingoga bakanesha abansi babo bagahona. Muri Qor'ani harimwo kandi amategeko ngenderwako ku bijanye no gutunganya amasengesho n'umubano mwiza mu bantu, mu bijanye n'amasezerano abantu bagiriranira hagati yabo mu gutunganya ivyerekeye ubuzima bwa misiyose. Bitayeko, harimwo n'amategeko ngenderwako ku bijanye no gutsimbataza inyifato n'ingeso nziza hamwe no kwihanikiriza inyifato n'ingeso mbi mu bantu. Qor'ani kandi iratomora neza na neza ko mu buzima bw'inyuma yo gupfa, iherezo. ry'ibiremwa rizoba ari mu Bwami bw'ijuru bwagenewe abemeramana, canke rikaba ari mu muriro udahera wagenewe abagenzwa n'akarenganyo kw'isi be n'abagarariji. Mu kwerekana rero akamaro gahambaye k'iki Gitabu Imana Allah Yamanuye mu rurimi rw'icarabu, Igategeka ko gishikirizwa ibiremwa vyose, turahimbawe no kugushikiriza ewe musomyi w'ikirundi, insiguro ya Qor'ani ntagatifu mu rurimi rwawe, kugira woroherwe n'ukugitahura, maze ushobore na we kugishikiriza abandi. Ni ukuri, umugwi wagiteguye, waritaye ku rutare kugira utahure insobanuro ya Qor'ani, uheze uyisigure mu kirundi, n'aho bizwi ko urugero rwose umuntu yogezako mu gusigura neza, rudashobora guhetura insiguro zimbitse ziri muri Qor'ani yamanuwe ari igitangaza mu kuntu yubatse, mu buryo burengeye kure n'iyo ubushobozi bwa kiremwa-muntu. Uwoshaka rero kumenya ibirenzeko mu nsiguro zimbitse gusumba ziri muri Qor'ani ntagatifu, twomuhanura ko yokwiga nantaryo icarabu yamanuwemwo, co soko ry'ubumenyi bwayo. Uwipfuza gusoma iyi nsiguro ya Qor'ani, arashobora guca ku buryo bwa (QR) kugira ashobore kuyisoma mu rurimi rwiwe rw'ikirundi. Turahimbawe rero n'ukwakira intererano y'ivyiyumviro vyanyu mu ntumbero yo kuryohora insiguro ya Qor'ani, mubicishije ahagenewe intererano y'ivyiyumviro, imbere ya Aayah, ku rubuga ngurukanabumenyi rwagenewe Qor'ani ntagatifu: Sheikh Gihete Yusufu , موسوعة القرآن الكريم , www.islamic-invitation.com

Indimi ziboneka

Balochi — بلوچی‎ تفسير القرآن الكريم Balochi — تَرَجمَه ءُ رچَانكك ءُ تَفْسِير قُرآن كَريم مَان بَلوچى زبانءَ Uzbek — Қуръони карим маъноларининг ўзбекча баёни Avar — Хирияб Кьурьан Ва гьельул Таржама ва тафсир МагIарул мацIалда Bulgarian — ПРЕВОД НА СВЕЩЕНИЯ КОРАН НА БЪЛГАРСКИ ЕЗИК Macedonian — КУР'АН CO ПРЕВОД Russian — Перевод смыслов Священного корана на русский язык Russian — СМЫСЛОВОЙ ПЕРЕВОД СВЯЩЕННОГО КОРАНА НА РУССКИЙ ЯЗЫК Ukrainian — преславний Коран Переклад смислів українською мовою Belarusian — СВЯТЫ КАРАН - Пераклад на беларускую мову Аляксея Ісмаіла Крыўцова - Кананічная рэдакцыя Давуда Радкевіча Ingush — Сийдолча КъорIан тафсир, гIалгIай метта Kyrgyz — Куран аяттарынын маанилеринин кыргызча тушундурмесу Kyrgyz — ыйык кyраан Lezgian — Пак Къуръандин манайрин таржума лезги чIалал Serbian — Превод сажетог тумачења Часног Курана на српски језик Tajik — Қypъoни Kapим вa тapҷyмaи мaъoнии oн Дap pabиши тaфcиpи Myяccap бa 3aбoни тoҷиkӣ Tajik — Шархи маъонии Куръони карим ба забони точикй - Мутарчим: Маркази Рувод-ут-тарчама Kazakh — Священный Коран и перевод его смыслов на казахский язык Hebrew — הקוראן המבורך תרגום משמעויות הקוראן המבורך דאר אלסלאם המרכז להכרת האסלאם כפר קרע (עותק בשחור לבן) ; תרגום של דאר אל סלאם להצגת האסלאם Hebrew — הקוראן בלשון אחר סובחי עדוי Hebrew — הקוראן המבורך תרגום משמעויות הקוראן המבורך דאר אלסלאם המרכז להכרת האסלאם כפר קרע (עותק צבעוני) ; תרגום של דאר אל סלאם להצגת האסלאם Uyghur — قرئان كه ريم URDU — قرآن كريم مع اردو ترجمة و تفسير Turkestan — القرآن الكريم مترجم ومحشى باللغة التركستانية Arabic — القرآن الكريم - مذيلاً بـ "التفصيل الموضوعي" وبهامشه تفسير كلمات القرآن Arabic — مصحف الشمرلي الطبعة المصرية للمصحف الشريف Arabic — القرآن الكريم بالرسم العثماني وبهامشه مصحف متشابه الآيات Brahui — قران كريم وترجمه معنى غاتاانا براهوئى زبان تي Dari-dialect-of-Persian — قرآن كريم وترجمه معاني آن به زبان درى Sindhi — قرآن مجيد سنڌي ترجمي سان Sorani-Kurdish — قورئانی پیرۆز له‌گه‌ڵ وه‌رگێڕانی ماناكانی بۆ زمانی كوردی Tamazight — لُقْرَانْ الْعَظِيمْ ذُتَرْجَمْ اَلَّمْعَايْنِيسْ غَاللُّغه اَتْمَازِيغْثْ - اَسْثُقْبَايْلِيثْ Persian — ترجمه معانی قرآن کریم بزبان فارسى Persian — قرآن كريم وترجمة معاني آن بزبان فارسي Sign — ترجمة معاني سورة الفلق وسورة الناس للغة الصم والبكم Pashto — دَ قران کریم ترجمَه او تفسير په پښتو ژبه كنبي Pashto — دَ قران کریم ترجمَه او تفسير په پښتو ژبه كنبي 2 دويم جلد 16-30 Pashto — دَ قران کریم ترجمَه او تفسير په پښتو ژبه كنبي 1 دويم جلد 1-15 Punjabi — ਪਵਤਰ ਕੁਰਆਨ ਦਾ ਪੰਜਾਬੀ ਅਨੁਵਾਦ ਦਾਰੁਸ-ਸਲਾਮ ਪਬਲੀਕੇਸ਼ਨ ਵਲੋਂ ਪ੍ਰਕਾਸ਼ਿਤ Gujari — تفسير سورت اخلاص Kashmiri — قرآن مجيد ته تميك كاشر تفسير Nepali — पवित्र कुरानको नेपाली अनुवाद Marathi — मराठी भाषेतील नोबल कुराणच्या अर्थांचे भाषांतर Hindi — नोबल कुरान हिन्दी अनुवाद के साथ Hindi — नोबल कुरान हिन्दी अनुवाद के साथ Assamese — ছুৰা আল-ফাতিহা আৰু ছুৰা আল-বাক্বাৰাৰ অসমীয়া অনুবাদ লগতে সংক্ষিপ্ত ব্যাখ্যা Assamese — আল-কোৰআনুল কাৰীমৰ অসমীয়া অৰ্থানুবাদ Bangla — কুরআনুল কারীম (বাংলা অনুবাদ ও সংক্ষিপ্ত তাফসীর) Japanese — 神聖なコーラン 日本語の意味の翻訳 Japanese — 日本語の翻訳は、クルアーンの崇高な意味を解説 Japanese — 聖クルアーン日亜対訳注解 Japanese — 聖クルアーンの注釈について 三田 了一(みた りょういち ) Gujarati — નોબલ કુરઆનના અર્થો ગુજરાતી ભાષામાં અનુવાદિત કરો Gujarati — ગુજરાતી ભાષામાં કુરઆન મજીદ નું ભાષાંતર Chinese — 高贵的《古兰经》含义翻译 - 中文翻译 - Chinese — 中文譯解 古蘭經 法赫德國王古蘭經印製廠 Chinese — 《古兰经》含义的翻译 - 中文翻译 Tamil — குர்ஆன் - தமிழ் மொழிபெயர்ப்பு Tamil — தமிழ் மொழியில் கண்ணியமிகு குர்ஆனின் பொருள்களின் விளக்கம் Telugu — పవిత్ర ఖురాన్ యొక్క భావార్థాల అనువాదం - తెలుగు అనువాదం - Telugu — దివ్యఖుర్ఆన్ సందేశం Telugu — తెలుగులో దివ్యఖుర్ఆన్ భావం యొక్క అనువాదం క్లుప్తమైన వివరణతో Kannada — ಆದರಣೀಯ ಖರ್‌ಆನ್ ಹಾಗೂ ಅದರ ಕನ್ನಡ ಅರ್ಥಾನುವಾದ Kannada — ಪವಿತ್ರ ಕುರ್‌ಆನ್ ಅರ್ಥಾನುವಾದ - ಕನ್ನಡ ಭಾಷೆಯಲ್ಲಿ Malayalam — വിശുദ്ധ ഖുര്ആ ന്‍ സമ്പൂര്ണ്ണ മലയാള പരിഭാഷ Sinhala — අල් කුර්ආනය අම්මා කොටසෙහි අර්ථයන් පරිවර්තනය කරන්න Sinhala — ශුද්ධ වූ අල්කුර්ආන් අර්ථ විවරණය සිංහල බසින් Thai — อัลกุรอานแปลไทย Burmese — Noble Quran in the Burmese language Vol: 1 Burmese — Noble Quran in the Burmese language Vol: 2 Amharic — የታላቁ ቁርኣን መልዕክት ትርጕም Amharic — የክቡር ቁርዓን ትርጉም ( በአማርኛ ቋንቋ ) Amharic — የቅዱስ ቁርአን ትርጉም በአማርኛ ቋንቋዎች Korean — 성 꾸란의 한국어 번역 및 해설 Basaa — Kur-an i lipémba Iôñni ngobol i minlôñ ñwé'i hop' basaa Khmer — គម្ពីគូរ៉ានបកប្រែជាភាសាខ្មែរ Greek — Το Ιερό Κοράνιο και μετάφραση των Εννοιών Του στην Ελλην Acehnese — AL-QUR'AN AL-KARIM DAN TERJEMAHAN BEBAS BERSAJAK DALAM BAHASA ACEH | Translation of the meaning of Quran Acèh ( Acehnese language ) Somali — Qur’aanka Kariimka iyo tafsiir sahlan ee macaanadiisa afka Soomaaliga qaybta 1 Somali — QURAANIKA KARIIMKA Iyo Tarjamada Macnihiisa Ee Afka Soomaaliga Somali — Qur’aanka Kariimka iyo tafsiir sahlan ee macaanadiisa afka Soomaaliga qaybta 2 Qafár-af — Saytun Qhuraan kee kay maqnah tarjamaty Qafar afal tani Afrikaans — DIE HEILIGE QURAN Asante-Twi-Akan — Kuran Nkyerɛase ho nkyirɛkyirɛ wɔ Akan (Asante) kasa muin Azerbaijani — Qurani Kərim və Azərbaycan dilinə mənaca tərcüməsi Azerbaijani — Qurani Kərimin Azərbaycan dilinə mənalarının bəyanı Indonesian — AL QUR'AN DAN TERJEMAHNYA Indonesian — MUSHAF AL-QUR'AN TERJEMAH AL-HAFIDZ Malay — Terjemahan Makna Al Quran Al Karim Ke Bahasa Melayu - Kompleks Percetakan Al-Quran Raja Fahad di Madinah Al Munawwarah Bambara — ترجمة معاني القرآن الكريم – باللغة بامبارا - بالحرف أنكو ߒߞߏ Translation of the Meanings of THE NOBLE QURAN in the Bambara Language in ߒߞߏ N'ko script Visayan — Pagpasabot sa mga Kahulugan sa Mahimayaong QUR'AN sa Pinulongang Binisaya Norwegian — Koranen på norsk Bosnian — KUR’AN Prijevod (značenja) na bosanski jezik, utemeljen na Ibn Kesirovom tumačenju, i kratki komentar Bosnian — Plemeniti Kur'an Prijevod značenja na bosanski jezik Bosnian — Prevod Kur’ana na bosanski jezik Chewa — QUR’AN YOLEMEKEZEKA yotanthauzidwa m’Chichewa Chewa — QUR'AN YOLEMEKEZEKA yotanthauzidwa m'chichewa Chewa — Buku Loyera La Kurani - Lomasuliridwa M’Chichewa Chewa — QUR’AN YOLEMEKEZEKA yotanthauzidwa m’Chichewa ndi ( Without Arabic Text ) Shona — QUR’AAN NECHISHONA Yao — QUR’AN JAKUCHIMBICHIKA NI GOPOLELA MÂTE GAKWE M’CHIYAO Dagbani — ALKUR'AANI TIMISILI Mini Di Lebgibu Zaŋ Chaŋ DAGBANLI Dazaga — Tafseer Surat Al-Ghashiyah تفسير سورة الغاشية Dazaga / الدزغا / دازاقا / القرعان German — Überseteung der Bedeutungen Des edlen Qur'ans in die deutsche Sprache German — Der edle Qur'an und die Übersetzung seiner Bedeutungen in die deutsche Sprache English — The Clear Quran - A Thematic English Translation English — The Qur'an English Meanings Revised and Edited by SAHEEH INTERNATIONAL English — Explanation of the Meanings of the Noble Qur’an in the English Language English — THE NOBLE QUR'AN Translation of the Meanings and Commentary Spanish — EL SIGNIFICADO DE LAS ALEYAS DEL CORÁN EN ESPAÑOL LATINO Spanish — EL MENSAJE DEL QUR’AN Spanish — El Corán, traducción comentada Spanish — Traducción de los significados de EL SAGRADO CORÁN en idioma Español Spanish — EL NOBLE CORAN Y SU TRADUCCION COMENTARIO EN LENGUA ESPAÑOLA French — Le Qur’ān Traduction du sens de ses Versets French — Le Noble Coran et la traduction en langue francaise de ses sens French — Le Coran, traduction du sens de ses versets d’après les exégèses Fula — QUR’AANAARE Teddunde Maniniraande E Haala Fulfulde Hausa — ALKUR'ANI MAI GIRMA Da Kuma Tarjaman Ma'anõninsa Zuwa Ga Harshen HAUSA Illanun-Iranun — So Qur'an al Karim ago so Kiya pema ana iron ko basa a iranon sa pilimpinas Xhosa — I'KUR'AN EZUKILEYO Inququlela nenqacisa yesi Xhosa Zulu — IKUR'AN EYINGCWELE - IKURAN EYINGCWELE INCAZELO YAMA VESI AKHETHIWE NGESI ZULU Zulu — I-KHUR'AANI ENGCWELE Ehunyushelwe esizulwini Italian — Il Nobile Corano E la traduzione dei suoi significati in lingua italiana Italian — TRADUZIONE ITALIANA DEI SIGNIFICATI DEL GENEROSO CORANO A cura di Sheikh Othman Kendayan — Al-Qur'an dan Terjemahnya Bahasa Dayak Kanayatn Dayak Kanayatn (Kendayan) Rwandian — IBISOBANURO BYA QUR'AN NTAGATIFU MU RURIMI RW'IKINYARWANDA Swahili — QUR,ANI TUKUFU na tafsiri ya maana yake kwenye lugha ya Kiswahili Kurmanji-Kurdish — ڕاڤەکرنا قوڕئانا پیروز بزمانێ کوردی Lithuanian — Kilniojo Korano reikšmių paaiškinimas lietuvių kalba Luhya — IKURANI INDAKATIFU MULULUHYA Malagasy — NY BOKY MASINA KOR'ANY AMIN'NY TENY MALAGASY Mooré-Mossi — Alkʋrɑɑn wɑgellã mɑɑnɑ vẽnegr ne moore Hungarian — A Kegyes Korán értelmi és tartalmi fordítása magyar nyelvre Hungarian — A Kegyes Korán jelentése magyar nyelven Maltese — Il-Qoran Imqaddes Dutch — De vertaling van de betekenis van de Edele Qur'an Dutch — Het verklaren van de betekenissen van de Heilige Koran in het Nederlands Dutch — INTERPRETATIE VAN DE BETEKENIS VAN DE HEILIGE KORAN Ganda-Luganda — Enzivuunula n'Ennyinyonnyola Ya KURAANE ENTUKUVU Oromo — HIIKKAA QUR'AANA KABAJAMAA AFAAN OROMOOTIIN Polish — KORAN - Święty Koran - tłumaczenie jego znaczeń na język polski Portuguese — Os Significados dos Versículos do Alcorão Sagrado Portuguese — Tradução do sentido do NOBRE ALCORÃO Portuguese — Explanação dos significados do Nobre Alcorão em português Portuguese — Tradução do sentido do Nobre Alcorão para a língua portuguesa Romanian — TRADUCEREA SENSURILOR CORANULUI CEL SFÂNT ÎN LIMBA ROMÂNĂ Romanian — Traducere în limba română - Coranul - Cu introducere la fiecare capitol și anexe Romanian — Explicarea sensurilor Nobilului Coran în limba română Kirundi — INSIGURO YA QOR'ANI NTAGATIFU MU RURIMI RW'IKIRUNDI Kirundi — INSIGURO Y’IGITABU GITAGATIFU (( *** QUR’AANI *** )) GISIGUWE MU KIRUNDI. Nkore — Amakuru Ga Kuran Eyekitiinisa Omurunyankore Southern-Sotho — Phetolelo ea KORAN Ka Sesotho Tswana — QUR’AN E E BOITSHEPO - Setswana Albanian — KUR'AN-i Përkthim me komentim në gjuhën shqipe Albanian — KURANI I MADHËRISHËM Kuptimet e tij në gjuhën shqipe Albanian — KURANI i madhërishëm Slovak — KORÁN Preklad do slovenského jazyka s vysvetlivkami a výkladom Finnish — Pyhä Koraani käännös suomeksi Swedish — Den Ädla Koranens fem första delar tillsammans med en översättning av deras innebörd på svenska Swedish — DEN ÄDLA KORANEN med översättning av dess versers innebörd på svenska Swedish — DEN ÄDLA KORANEN med översättning av dess versers innebörd på svenska – DEN ÄDLA KORANEN på arabiska Filipino — Ang Paglilinaw sa Salin ng mga Kahulugan ng Marangal na Qur'ān (sa Wikang Filipino Tagalog) Filipino — ANG MGA KAPALIWANAGAN NG AL-QUR’ÂN AL-KAREEM SA MADALI NITONG PAGKAUNAWA (Vol: 2) Filipino — ANG MGA KAPALIWANAGAN NG AL-QUR’ÂN AL-KAREEM SA MADALI NITONG PAGKAUNAWA (Vol: 1) Turkish — Kurân-I Kerim ve Türkçe Açiklamali Meâli Vietnamese — Thiên Kinh Qur'an Vietnamese — Dịch ý nghĩa nội dung Qur'an sang Việt ngữ Yoruba — AL QUR'AN ALAPONLE Yoruba — Àlàyé Ìtúmọ̀ Al-Ƙur’ān Alápọ̀n-ọ́nlé Ní Èdè Yorùbá
Kuramo PDF

Sikana kugira ngo ukuremo

Fungura uru rubuga ku gikoresho cyawe cyangwa usikane kode ya QR kugira ngo ukuremo igitabo ako kanya.

https://islamic-invitation.com/downloads/translation_of_the_meanings_of_the_nobl...

+